Indundi TV
Indundi TV
  • 6 424
  • 32 344 259
kubwa PARCEM igiturire kiri muvya mbere bisinzikaje igihugu
#indundinews :Ishirahamwe ryihaye gukangurira abarundi guhindura ingendo #PARCEM ryemeza ko kurya ibiturire mu #Burundi biza imbere mu bihanze igihugu . Faustin Ndikumana arongoye PARCEM akavuga ko ,inyuma y'imyaka ine irangiye umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ashitse kubutegetsi atawomurenza amanota mirongo itanu kw'ijana (50%).
Переглядів: 635

Відео

Amanota Olucome iha umukuru w'Igihugu Evariste Ndashimiye ku kiringo amaze Ku Ngoma y'Uburundi
Переглядів 12 тис.2 години тому
#indundinews :#Gabriel_Rufyiri armutswa ishirahamwe ridaharanira inyungu za Reta Olucome yamenyesheje KO baha Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye na Reta yiwe amanota #50% , akagirako yerekana na vyishi bifuza KO vyoshigwa mu ngiro
Cisha Ado na Alice bagwaniye imbere ya Inabukwe bapfa amasiripe!
Переглядів 9 тис.7 годин тому
Cisha Ado na Alice bagwaniye imbere ya Inabukwe bapfa amasiripe!
CNIDH ibona ko abantu bose babwirizwa guterera kugira umwana wese yubahirizwe
Переглядів 1527 годин тому
Umurwi w'igihugu wigenga ujejwe agateka kazinamuntu uvuga ko hakiri intambamyi kubijanye no gukinga agateka kumwana.Sixty Vigny Nimuraba arongoye uyo murwi yerekana murizo ntambanyi nkabana baheba amashure mugihugu.Nimuraba ahamagarira leta kongerereza uburyo mugisata c'indero kugira ibibazo abana bagira bigabanuke
Aya niyo marushwa abakurambere babona igihe c'ikori ry'umutwe yabatuma bagenda mu Buganda
Переглядів 1907 годин тому
#indundinews : #Buname n'umuhumure wo muri komine #Gishubi iri mu ntara ya Gitega aratuyagira uko ivy'ikori vyari vyifashe aho hambere hahise, Igitangaza cuwo mugabo atuvugira ibicuba n' amazina y'inka, akaba acambara ikoti yavanye i Buganda mu 1963
Kubijanye n'ibitoro abarongozi bari bakwiye gutanga ijambo ry'ihumure
Переглядів 5709 годин тому
#indundinews: Umugambwe #CODEBU uranegura ingendo y'abamwe mu bapolisi uvuga ko Bari mubateza akajagari kubituro bitangirwamwo igitoro muri Kino gihe gikenye. Umukuru wa wo uranasaba ko Reta yotanga ijambo ry'ihumure kuko kiguma kibura mu gihugu.
CVR yemeza ko ata manza zukuri zabaye 1972
Переглядів 42714 годин тому
Umukuru wa CVR Pierre Claver Ndayicariye ashikiriza ko mu mayohoza bagize yerekanye ko abantu bishwe mu 1972 Imanza zabo zitabayeho kuko hari abaza gutera umukono manza batazi iyo zandikiwe kandi n'a bene kuziciribwa baza barishwe .
Ekleziya katorika iri mu bavuze ubwa mbere ibizoba mu 1972
Переглядів 2,3 тис.14 годин тому
Ekleziya katorika iri mu bavuze ubwa mbere ibizoba mu 1972
Meri ya #Bujumbura irahinduye ingene inkaratasi zimwe zimwe zitangwa Kubera ubusuma buvugwa
Переглядів 1,7 тис.14 годин тому
Meri ya #Bujumbura irahinduye ingene inkaratasi zimwe zimwe zitangwa Kubera ubusuma buvugwa
Abakinyi b’Intamba bagarukiye ku Muryango wa Mbazumutima Henry yitavye Imana
Переглядів 69819 годин тому
Abakinyi b’Intamba bagarukiye ku Muryango wa Mbazumutima Henry yitavye Imana
CNIDH iriko isaba gutunganirizwa
Переглядів 7721 годину тому
CNIDH iriko isaba gutunganirizwa
La CNIDH annonce avoir déjà entamé les voies de recours pour être rétablie dans ses droits
Переглядів 12921 годину тому
La CNIDH annonce avoir déjà entamé les voies de recours pour être rétablie dans ses droits
Akaranga k'uburundi muri Washington,Natacha Na Mr champagne ibi bobishimirwa
Переглядів 38521 годину тому
Akaranga k'uburundi muri Washington,Natacha Na Mr champagne ibi bobishimirwa
BMBC Amazu 100 y'aba Diaspora mu Gahahe ageze k'umusozo abanyeshure bagiye kuraba uko bayubaka
Переглядів 2 тис.День тому
BMBC Amazu 100 y'aba Diaspora mu Gahahe ageze k'umusozo abanyeshure bagiye kuraba uko bayubaka
Mutima le comedien akubise Cisha Ado amuziza idini afadikanije naba Alice, Ecko na Joba
Переглядів 9 тис.День тому
Mutima le comedien akubise Cisha Ado amuziza idini afadikanije naba Alice, Ecko na Joba
Agahaze n'igisabisho ca Faustin Ndikumana mu nteguro y' amafaranga Reta izokoresha 2025
Переглядів 10 тис.14 днів тому
Agahaze n'igisabisho ca Faustin Ndikumana mu nteguro y' amafaranga Reta izokoresha 2025
Remise d'équipements à 10 médias partenaires du projet "Accès à l'information fiable au Burundi"
Переглядів 12614 днів тому
Remise d'équipements à 10 médias partenaires du projet "Accès à l'information fiable au Burundi"
Abana bagendana ubumuga bari bakwiye gufashwa bakiga , indero n' inyigisho bigashika kuri bose
Переглядів 6814 днів тому
Abana bagendana ubumuga bari bakwiye gufashwa bakiga , indero n' inyigisho bigashika kuri bose
Alice Ariye inoti zose za Cisha Ado, Ecko Spacio na Joba basigara bajumarariwe
Переглядів 16 тис.14 днів тому
Alice Ariye inoti zose za Cisha Ado, Ecko Spacio na Joba basigara bajumarariwe
Mu rukino rwo gufasha abarwariye mu bitaro,Umugwi Ruvumera FC Market watsinze Ac Conforti fc
Переглядів 15614 днів тому
Mu rukino rwo gufasha abarwariye mu bitaro,Umugwi Ruvumera FC Market watsinze Ac Conforti fc
ALUCHOTO déplore le rétrécissement de l'espace médiatique
Переглядів 5814 днів тому
ALUCHOTO déplore le rétrécissement de l'espace médiatique
ALUCHOTO iratewe impungenge n'amabi akorewa abamenyeshamakuru
Переглядів 13214 днів тому
ALUCHOTO iratewe impungenge n'amabi akorewa abamenyeshamakuru
FFB : Muyenge Alexandre asaba abakinyi kurabira akarorero kuri Youssouf Ndayishimiye
Переглядів 18814 днів тому
FFB : Muyenge Alexandre asaba abakinyi kurabira akarorero kuri Youssouf Ndayishimiye
Youssouf Ndayishimiye n’abakina muri Primus League batahukanye ubushimwe
Переглядів 40414 днів тому
Youssouf Ndayishimiye n’abakina muri Primus League batahukanye ubushimwe
Gatumba: Mijuriro Mathias akeneye ubutabazi bwihuta
Переглядів 54814 днів тому
Gatumba: Mijuriro Mathias akeneye ubutabazi bwihuta
"Ubutinyanka bwanje ivyishimo vyanje"
Переглядів 16821 день тому
"Ubutinyanka bwanje ivyishimo vyanje"
Kuki Mariya Nduwimana afatwa nk'akarorero mu gukingira ibidukikije?
Переглядів 37221 день тому
Kuki Mariya Nduwimana afatwa nk'akarorero mu gukingira ibidukikije?
Iyo ari muri CANADA ngo ababazwa no kwumva bavuga ko igihugu ciwe ari icambere gikenye |Bahagurutse
Переглядів 46721 день тому
Iyo ari muri CANADA ngo ababazwa no kwumva bavuga ko igihugu ciwe ari icambere gikenye |Bahagurutse
🔥Mista Champagne iryambere muri Trace // Igiteramo cakataraboneka ca Laboss🥵💸
Переглядів 20421 день тому
🔥Mista Champagne iryambere muri Trace // Igiteramo cakataraboneka ca Laboss🥵💸
L'ARCT donne les causes de l'instabilité d'Internet au Burundi
Переглядів 20721 день тому
L'ARCT donne les causes de l'instabilité d'Internet au Burundi

КОМЕНТАРІ